Ja ku birimwo

Kubera iki Yezu yapfuye?

Abantu benshi barazi ko Yezu yapfuye kugira turonke ubuzima. Ariko neza na neza urupfu rwiwe rutumariye iki?

Raba inyishu

Somera Bibiliya kuri internet

Nusuzume ibigize Bibiliya y’isi nshasha, ikaba ari Bibiliya itagiramwo amakosa kandi yoroshe gusoma.

Somera Bibiliya kuri internet

Nusuzume ibigize Bibiliya y’isi nshasha, ikaba ari Bibiliya itagiramwo amakosa kandi yoroshe gusoma.

Raba amavidewo, imiziki, ibiganiro n'amakuru biheruka gushirwako.

Raba ibishasha

Nugerageze kwiga Bibiliya natwe

Urashobora kwiga Bibiliya ku buntu uri kumwe n’uwukwigisha.

Gusaba ko tukugendera

Nimuganire ikibazo gishingiye kuri Bibiliya canke mwige ibindi ku vyerekeye Ivyabona vya Yehova.

Niwitabe amakoraniro y’Ivyabona vya Yehova

Raba ibijanye n’amakoraniro y’ivy’ugusenga tugira. Raba aho abera hari hafi yawe.

Ivyabona vya Yehova turi bande?

Tuva mu moko amajana kandi tuvuga indimi amajana, ariko turunze ubumwe kubera ko dufise imigambi imwe. N’igihambaye kuruta, twipfuza gutera iteka Yehova, ya Mana yandikishije Bibiliya ikaba n’Umuremyi w’ibiriho vyose. Turakora uko dushoboye kwose kugira twigane Yezu Kristu kandi turahimbarwa no kwitwa abakirisu. Umwe wese muri twebwe aramara umwanya adahorereza afasha abantu kwiga ivyerekeye Bibiliya n’Ubwami bw’Imana. Kubera ko dushingira intahe Yehova Imana be n’Ubwami bwiwe, twitwa Ivyabona vya Yehova.

Niwinjire mu muhora wacu wa internet. Nusomere Bibiliya kuri internet. Nurushirize kumenya ibitwerekeye be n’ivyo twemera.

 

Two of Jehovah's Witnesses preaching to a man in a rice paddy.