Ja ku birimwo

Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya

Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? Nuhitemwo ikibazo kimwe mu biri munsi y’utwo dutwe.

‘Gukunda abansi bawe’ bisobanura iki?

Amajambo ya Yezu asanzwe ariko afise insobanuro nini arashobora kutugora cane gushira mu ngiro.

‘Gukunda abansi bawe’ bisobanura iki?

Amajambo ya Yezu asanzwe ariko afise insobanuro nini arashobora kutugora cane gushira mu ngiro.

Bibiliya

Niwige Bibiliya

Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?

Bibiliya iriko irafasha abantu amamiliyoni kw’isi yose kuronka inyishu z’ibibazo bihambaye cane mu buzima. Woba nawe wobishima?

Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya

Kw’isi yose, birazwi ko Ivyabona vya Yehova bagendera abantu kugira ngo babigishe Bibiliya ku buntu. Raba ingene bigenda.

Gusaba ko tukugendera

Nimuganire ikibazo gishingiye kuri Bibiliya canke mwige ibindi ku vyerekeye Ivyabona vya Yehova.