Ja ku birimwo

15 NTWARANTE 2024
AMAKURU YO KW’ISI YOSE

Amakuru agezweho ya 2 avuye ku Nama Nyobozi (2024)

Amakuru agezweho ya 2 avuye ku Nama Nyobozi (2024)

Muri iyi videwo, turaza kubona ukuntu Umuvyeyi wacu mwiza Yehova agaragaza yuko «ashaka ko bose baronka akaryo ko kwigaya.» (2 Pet. 3:9) Turaza kandi kwumva ivyahindutse ku bijanye n’ukuntu twokwambara igihe turi mu bikorwa bijanye no gusenga.