Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova: Ukwizera mu bikorwa, igice ca 2: Umuco nukayangane

Hari igikorwa amahero cari kirindiriye Abatohoji ba Bibiliya kubera ko bihatira gukurikiza itegeko rya Yezu ryo ‘guhindura abantu bo mu mahanga yose abigishwa.’ Ariko abobarwanije bari benshi. Abo Batohoji ba Bibiliya borushirije gutahura Bibiliya kandi ukwizera kwabo kwotyorowe. Iki gice ca kabiri c’uru rukurikirane rw’amavidewo kirerekana ingene Yehova yayoboye abasavyi biwe kuva mu 1922 gushika ubu.

Raba kandi

DOCUMENTARIES

Ivyabona vya Yehova: Ukwizera mu bikorwa, igice ca 1: Bava mu mwiza

Iyi nkuru yigana ivy’abantu bari biyemeje kubaho mu muco w’ukuri kwo muri Bibiliya, naho bogiriwe nabi gute. Akarorero kabo kazogufasha kubandanya ukorera Imana udahemuka.