Ja ku birimwo

Yehova yagumye agaragaza urukundo rudahemuka

Irabire inkuru y’ingene Yozefu yerekanye ko akunda Imana na bagenziwe naho yari mu ngorane, n’ingene yiboneye urukundo rwa Yehova mu bigeragezo vyose yaciyemwo. Ishingiye mw’⁠Itanguriro 37:1-36; 39:1–47:12.