BE MASO! No 5 2016 | Yezu yoba yarabayeho vy’ukuri?

Ni ibimenyamenya ibihe vya kahise vyemeza ko yabayeho?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Yezu yoba yarabayeho vy’ukuri?

Abahinga ba kera n’abo mu gihe cacu babivugako iki?

UDUKURU TW’IRYA N’INO

Uko vyifashe muri Amerika

Ubukozi bw’ikibi n’ukudatekana mu bwenge ni zimwe gusa mu ngorane zihanze ibihugu bimwebimwe vyo muri Amerika. Impanuro Bibiliya itanga zoba zofasha?

ICOFASHA UMURYANGO

Nuyage n’umwana wawe ivyerekeye igitsina

Abana batangura kwumva canke kubona ivy’igitsina bakiri bato cane. Ni ibiki ukwiye kumenya? Wokingira gute abana bawe?

Ikintu c’agatangaza

Mu bigize ibinyabuzima, nta kintu gifitiye akamaro ubuzima kuruta karubone. Kubera iki ihambaye ukuraho?

TWISUNZE BIBILIYA

Gushima

Vyaragaragaye ko gushima bizana ivyiza vyinshi. Ivyo vyiza ni ibihe? Wokora iki ngo ube umuntu ashima?

KAHISE KATWIGISHA IKI?

Aristote

Ivyiyumviro vy’uwo mufilozofe wa kera vyaragize ikintu kinini bihinduye ku nyigisho z’amadini y’abitwa abakirisu.

“Ubwo buryo bwo kwigisha ni bwo!”

Abigisha, abahanuzi mu vy’indero n’abandi barashima videwo zo kuri jw.org.

Ibindi usanga kuri internet

Niwame ushima

Woshimira gute abagukorera ibintu?