Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova: Umwaka w’umurimo wa 2023

Niwirabire amakuru ajanye n’igikorwa co kwamamaza Ivyabona vya Yehova baranguye kw’isi yose kuva muri Nyakanga 2022 gushika muri Myandagaro 2023.

Raporo yo mu 2023 yose ifatiwe hamwe

Iyi raporo y’umwaka irerekana utwigoro hamwe n’amahera Ivyabona vya Yehova bakoresheje kugira bakwiragize inkuru nziza y’Ubwami kw’isi yose.

2023 Raporo y’ibihugu n’uturere

Muri iyi raporo harimwo igitigiri c’Ivyabona, ic’ababatijwe, ic’abitavye Icibutso n’ibindi.

Raba kandi

IBIBAZO BIKUNZE KUBAZWA

Kw’isi yose hari Ivyabona vya Yehova bangahe?

Raba ingene duharura Ivyabona vya Yehova bari kw’isi yose.

IBIBAZO BIKUNZE KUBAZWA

Kubera iki Ivyabona vya Yehova bamamaza inzu ku nzu?

Raba ico Yezu yategetse abigishwa biwe bo mu ntango gukora.

UBURYO BWO GUTANGUZA IBIYAGO

Ivyabona vya Yehova, turi bande?

Abantu benshi baripfuza kumenya Ivyabona vya Yehova abo ari bo. Nutege amatwi babikwibwirire.

IBITWEREKEYE

Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Raba ibijanye n’umuryango wacu ukwiye kw’isi yose.

IBITWEREKEYE

Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya

Kw’isi yose, birazwi ko Ivyabona vya Yehova bagendera abantu kugira ngo babigishe Bibiliya ku buntu. Raba ingene bigenda.