BE MASO! Munyonyo 2015 | Kubera iki abantu baheba amadini?

Abantu amamiliyoni bafise ivyiyumviro bitandukanye bafashe ingingo imwe.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Kubera iki abantu baheba amadini?

Bibiliya yari yaravuze ibiriko birashikira amadini muri iki gihe.

Kubaho utabona

Ubushobozi bwo kwumva, kumoterwa no gukorakora bw’umuntu ahumye bwoba bushobora kwongerekana?

IKIGANIRO TWAGIRANYE NA

Umuhinga mu biharuro asigura icatumye yemera Imana

Kubera iki Gene Hwang abona ko ivyo yemera bidateye kubira n’ivyo yize kw’ishure?

ICOFASHA UMURYANGO

Gukeza umwana

Hari uburyo bumwe bwo gukeza umwana bwagaragaye ko ari bwiza kuruta ubundi.

TWISUNZE BIBILIYA

Umuhero w’isi

“Isi” izovaho ni iyihe? Izovaho ryari kandi gute?

VYOBA VYARIYADUKIJE?

Ibiterwa birakora igiharuro

Abahinga basanze igiterwa ca sinapi gifise ubushobozi butangaje.

Ibindi usanga kuri internet

Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova

Raba inyishu z’ibibazo ushobora kuba wahora wibaza ku bitwerekeye.

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.