Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

BE MASO! No 1 2021 | Ivyogufasha kubaho neza kandi uhimbawe

Twese turipfuza kubaho neza kandi mu gahimbare. Ivyogufasha kubishikako urashobora kubimenya. Nubirabe.

 

Ivyogufasha kubaho neza kandi uhimbawe

Imana Mushoboravyose iratwigisha ibintu vyotuma tubaho duhimbawe ubu no muri kazoza.

Ivyotuma mu rugo harangwa agahimbare

Abanega, abakenyezi, abavyeyi n’abana bokora iki kugira mu muryango iwabo habe agahimbare?

Ivyogufasha kubana amahoro n’abandi

Ni ingeso nziza izihe zodufasha kubana amahoro n’abandi?

Ivyogufasha kurya bike ukaryama kare

Ni ibiki vyogufasha kurya bike ukaryama kare kandi ukaryohererwa ubuzima?

Kuki dushikirwa n’ingorane, tugasaza kandi tugapfa?

Raba ibintu bine nyamukuru bituma dushikirwa n’ingorane, tugasaza kandi tugapfa.

Inyigisho ituma tugira icizigiro

Raba ibintu bimwebimwe vyiza cane Imana isezerana bituma tugira icizigiro ca kazoza.

Kumenya Imana biratuma tuba abagenzi bayo

Ni ibiki Bibiliya ivuga ku vyerekeye Imana bituma wipfuza kuyimenya no kuba umugenzi wayo?

Urashobora kumenya Imana

Urashobora kumenya Imana, kandi iragutera akamo ngo wige ibiyerekeye. Woba uzobikora?

Woba wipfuza kumenya n’ibindi?

Nimba uvyipfuza, hariho amavidewo, ibiganiro hamwe n’ivyo gusoma vyogufasha gufata ingingo nziza no kubaho uhimbawe.