Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Woba wipfuza kumenya n’ibindi?

Woba wipfuza kumenya n’ibindi?

Umugabo umwe yari aciye ubwenge yanditse ati: “Ubukerebutsi ni co kintu nyamukuru. Niwironse ubukerebutsi; kandi hamwe n’ivyo wironsa vyose, niwironse ubwenge.” (Imigani 4:7) Umuremyi wacu aradufasha kuronka ubumenyi n’ugutahura kugira dushobore gufata ingingo nziza maze tubeho duhimbawe.

Nimba wipfuza kumenya vyinshi ku bijanye n’inyigisho ngirakamaro ziri muri Bibiliya, nuje kuri jw.org. Urahasanga . . .

  • BIBILIYA

  • AMAVIDEWO

  • IBIGANIRO

  • IVYO GUSOMA

Ntibirihishwa kandi birafasha abantu b’imico kama itandukanye, baba abato canke abakuze.